You are the solution!

Wewe (Woterera iki, gute?)

KUZIGANYA UMUYAGANKUBA

Cleaner energy means a healthier environment

Hariho uburyo bwinshi bwo kugabanya amakanda yanyu ya karubone i muhira no kwishure. Iya mbere ni ukuziganya umuyagankuba. Zimya amatara n'ibikoresho mu gihe utariko urabikoresha. Subiriza ibicuruzwa bitwara inguvu n’ibindi vyinshi bikoresha inguvu nkeyi. Tanga iciyumviro ko kw’ishure ryanyu, aho ukorera canke i muhira iwanyu ko mwokwijukira gukoresha amasoko ntanganguvu asubirizwa .

IVYUNGURUZA BITONONA IBIDUKIKIJE

Reduce your emissions!

Gerageza kurondera ibikwunguruza bidafise ingaruka mbi ku bidukikije.Nimba ufise umutekano ukwiye, koresha ikinga canke utambuke hako ufata umuduga canke ipikipiki ku ngendo ngufi, uce ukoresha uburyo bwo kwiyunguruza bwa rusangi nka bisi na gari ya moshi ku ngendo zirezire. Nimba ushobora kuronka umuduga ukoresha umuyagankuba (véhicule électrique) canke gusaba leta yawe ko uburyo rusangi bwo kwunguruza bwogwizwa kandi bukaba bumeze neza.

UKWO UFUNGURA

Climate change threatens food security

Ku bijanye n'ibifungurwa, raba yuko woba ushobora guheba inyama n’amata n’ibiva mu mata. Bika ibifungurwa neza kugira ngo ntibitabwe.

GABANYA, SUBIRA UKORESHA, HINGURA IVYAKORESHEJWE KUGIRA USUBIRE UBIKORESHE

Climate change affects water quality and quantity

Hariho imvugo imaze imyaka myinshi igira iti : gabanya, subira ukoreshe, subira uhingure. Mu gihe co kugura ibintu, gerageza ukoreshe ibidandazwa bike kandi biramba, co kimwe no kwongera gukoresha no kwongera kurema ukoresheje iremabushasha ivyo usanzwe ufise, birashobora kukunezereza. Hageze ko uta ikintu, gerageza usubire ugihingure. Shishikara wige umenye vyinshi ku vyerekeye inkurikizi zo gukoresha pulasitike mu kwiyemeza umuhigo wo kuyirwanya utere umukono ku cemezo uyu musi co guhangana n’irwirirana rya pulasitike, hanyuma usinyire umuhigo wa Plastike

SEMERERA

It is not too late!

Mbega bica bigenda gute igihe aho ubaye ata buryo rusangi buhari bwo kwunguruza abantu? Ata kibanza kiriho co gusubira guhinguriramwo ivyakoreshweje? Canke kuronka inguvu zisubiriza (énergie renouvelable)? Aha rero niho igikorwa gikomeye gusumba ibindi kibera- Uguhimiriza. Guhimiriza (plaidoyer) bisigura kubwira abafata ingingo nka Leta, abarongoye ibisagara, abarongoye amashirahamwe y’urudadanzwa, ko ushaka ko bagira ico bakoze.

Ahaheruka