Kwiyemeza guterera agacumu ku bumwe mu nguvu rusangi zo kurwanya umwanda uterwa nama purasitike

Reka twese dufate icemezo co gukora kugira uyu mubumbe w'isi ubeko umunezero, kandi ugire amagara meza, dufashe ibikoko bigenzi vyacu, twongere turyohore ubuzima n’amagara vyacu. Reka dutere umugere pulasitike zikoreshwa rimwe gusa tuzishibure (Ni mvugo y’ingereranyo, si ijambo ku rindi!).

Niyemeje:

SHIRA AKAMENYETSO KU NYISHU ZOSE UBONA ZIBEREYE

Sangira inkuru yawe n’abandi. Bwira UNICEF ibikorwa waranguye muri uru rugamba rwo kwiyemeza guhangana n’irwirirana ry’amapulasitike (engagement Plastic Tide Turners challenge) mu kibano cawe kugira uronke amahirwe yo gushirwa kuri uru rubuga.

Bidashoboka

Igitsina

Bidashoboka
Hitamwo kimwe

Imyaka

Bidashoboka
Hitamwo kimwe

Genda ku rupapuro rwa mbere