Common mental health questions.png

Akabonge n'Ukugira uruhagarara

Ni ibisanzwe ko abantu tugira ubwoba, tubabara, canke kuruha ku mutima ukagira uruhagarara (stress), canecane kubakiri bato. Ukwo kwiyumva uko biba ikibazo c’amagara yo mu mutwe iyo bikubujije kuba mu buzima bugizwe n’amagara meza afadikanije n’imibano myiza. Igihe ukwo wiyumva kugize ingaruka ku buzima bwawe bikabije, ushobora rero kuba ufise ikibazo c’amagara yo mu mutwe .

Hari rero uburyo bwinshi butandukanye bwo kugira ikibazo c’amagara yo mu mutwe, kandi bumwe usanga bukunda kwibonekeza kurusha ubundi.

Bubiri muri bwo ku bakiri bato ni uguhahamuka (depression) n’ukugira uruhagarara ku mutima (anxiete). Umuganga yaminuje canke uwufise ubumenyi n’uburambe mu kazi kajanye n’abafise ikibazo c’amagara yo mu mutwe ni bo bonyene bashobora kuvuga ko umuntu afise ikibazo c’amagara yo mu mutwe, ariko ni vyiza kwiga kuri ibi bintu bisiguwe aha musi :

Ahaheruka Ahakurikira