Murakeneye interineti kugira mushobore kuja kurundi rubuga rwo hanze.
BI_Logo.png
Ikirundi
  • français
  • Ikirundi
Search
Injira / Kora konte
Ng’ivyo ibibazo 2 ku bari mw’itohoza Injira / Kora konte
Tide Turners-01.png
Guhangana n’ ikibazo c’ubumwanya (amapulasitike)

Itanguriro

Tide Turners-02.png

Inyifato nziza zodufasha kugabanya ikoreshwa ry’amapulasitike

Tide Turners-05.png

Ibikorwa vy'i muhira

Tide Turners-08.png

Imigambi y'ineza y'ikibano

Tide Turners-04.png

ugutohoza

Kwiyemeza guterera agacumu ku bumwe mu nguvu rusangi zo kurwanya umwanda uterwa nama purasitike

Reka twese dufate icemezo co gukora kugira uyu mubumbe w'isi ubeko umunezero, kandi ugire amagara meza, dufashe ibikoko bigenzi vyacu, twongere turyohore ubuzima n’amagara vyacu. Reka dutere umugere pulasitike zikoreshwa rimwe gusa tuzishibure (Ni mvugo y’ingereranyo, si ijambo ku rindi!).

© Twigishanye

Menu
BI_Logo.png
Ikirundi
  • français
  • Ikirundi
Search
Injira / Kora konte
Ihindagurika ry'ikirere Amagara yawe
Ng’ivyo ibibazo 2 ku bari mw’itohoza Injira / Kora konte

© Twigishanye