Imyaka 7 gushika kuri 10

Ganirira abanyeshuri mwigana ku vyerekeye Purasitike

Hamwe n’abagenzi bawe, ubifashijwemwo n’ umuntu akuze, rondera umuntu yoza gutanga ikiganiro kw’ishuri ryanyu kuri pulasitike. Korana na mwigisha wawe kugira ngo uwo muntu azotange ico kiganiro mw’ikoraniro rizokurikira.

Genda uvugane n’abajejwe intwaro ku rwego rw’intango canke n’abategetsi bafata ingingo.

Hamwe n'abagenzi, cagura ingorane umukozi wa leta canke umuyobozi ashobora kubafashamwo. Hanyuma, (mu rupfasoni) basabe kubafata mu mugongo (saba imfashanyo yabo). Utegerezwa kugira ico utanze co gusubiza mu ndumane: Uzobafasha gute nawe nibagufasha?

Ahakurikira