Tide Turners-04.png

Imigambi y'ineza y'ikibano

Umaze kumenyeshwa ikibazo ca pulasitike n’uburyo zigira ingaruka mbi ku kibano no ku bidukikije, ni igihe ciza co gutegura umugambi w’ineza y’ ikibano.. Ibi vyiyumviro vyerekeye umugambi w’ ineza y’ ikibano bitunganijwe hihwejwe imyaka y’abantu. Hitamwo imyaka yawe muri umwe mu mirwi iri ngaha hepfoo kugira ngo utangure. Umaze kwitegura, ntiwibagire gushira umukono ku ciyemezo.

Ahaheruka Ahakurikira

Average Rating: (0 reviews)

Leave Your Feedback

Recent Reviews